المدة الزمنية 25:17

BURUNDI - AMAKURU AVUGWA MU KARERE K'IBIHUGU VY'IBIYAGA BININI

بواسطة ISINIJURU TV
2 596 مشاهدة
0
140
تم نشره في 2021/08/03

Kurikire amakuru ajanye n'ihimbazwa ry'indwi yahariwe abarundi baba mu makungu , ivyo bakora mu guterera mw'iterambere ry'igihugu cabibarutse. Irabire kandi amakuru ajanye n'imigenderanire y'Uburundi n'igihugu ça Nigéria ; mwongere mwirabire imigambi ishirwa mu gisata c'uburimyi mu Burundi kugira ngo uburimyi butez'imbere abarundi koko. Harimwo n'ayandi makuru... #BURUNDI ------------------- - Gen Adolphe Nshimirimana yari umusoda adasanzwe mu gisirikare c'u Burundi - Uruzinduko rwa Perezida Samia Suluhu Hassan wa Tanzania mu Rwanda - Raba ingene Igirikare c'u Rwanda cyohereje mu Burundi inyeshyamba 19 za RED TABARA Cafashe

الفئة

عرض المزيد

تعليقات - 20